Twitter | Search | |
Pierre Nkurunziza
Né à Ngozi en 1964. Président de la République du . Béni d’être Burundais. Rends grâce au Seigneur. Mes tweets sont signés PN
447
Tweets
15
Following
149,947
Followers
Tweets
Pierre Nkurunziza Jun 23
Intamba mu Rugamba zaraye ziteye iteka Uburundi mu kwerekana ubuhinga budasanzwe mu rukino rwabahuje n’Igihugu ca Nigeria. Naho tutatahukanye intsinzi, nta nkeka imbere ni heza. Komera ku muheto!
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Jun 22
Umurwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba uratangura uno musi inkino za nyuma zo guhiganirwa Igikombe ca . Turabateye intege , turabakeje ku mutima rugabo bama bagaragaza. Imana ibakomeze.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Jun 4
Turipfurije Umusi Mukuru mwiza cane Abisilamu bose, mu Burundi no mu makungu. Tubipfurije imigisha yose iva ku Mana. Mugire ibihe vyiza vyo gusenga no gusangira mu miryango yanyu. Eid Mubarak!
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza May 23
On behalf of the people of Burundi I wish to congratulate His Excellency Narendra Modi for the renewed confidence by the Indian People through this brilliant re-election.The Government of Burundi is committed to strengthening the friendly relations that characterize our countries
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza May 11
On behalf of the People of Burundi, I congratulate President Ramaphosa and all the People of South Africa for the successful and peaceful election. May God bless South Africa.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza May 1
Kuri uyu musi udasanzwe, turipfurije Abarundi bose umusi mukuru mwiza w’Abakozi n’Akazi. Ni akaryo keza ko kwirimbura no kwigira inama, twiginana twongera dushimira Imana ivyo yadushoboje kurangura. Burundi bwacu, Burundi buhire, Tugutuye amaboko, umutima n’ubuzima.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Apr 26
C’est avec consternation que nous avons appris la disparition de Papy Faty, un digne fils de la Nation qui a mis sa passion au service de sa patrie, avec l’équipe nationale Intamba mu Rugamba. Nos pensées et nos prières vont à sa famille et ses amis. Dieu a donné, Dieu a repris.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Apr 21
Kuri uyu musi udasanzwe wa Pasika, nifatanije n’umuryango wanje mu kwipfuriza Abarundi bose umusi mukuru mwiza wa Pasika. Mugire ibihe vyiza mu banyu. Imana ibahezagire.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Mar 23
Turakeje kandi turashimiye Intamba mu Rugamba kw'Iteka ry'Akataraboneka bateye Uburundi mu kubushikana ubwa mbere mu nkino za nyuma z'Imirwi Nserukirabihugu vya Afirika.Turashimiye Imana kandi ntituzohengeshanya gushigikira Inkino no kwinonora imitsi.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Mar 23
Umurwi Nserukiragihugu Intamba mu Rugamba ugeze ku ntambwe ishimishije. Tuwipfurije gutera iyindi ntambwe mu rukino rw'uyu musi, kandi dusavye Abarundi bose kuwufata mu mugongo. Tubipfurije intsinzi; Imana ibaje imbere.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Mar 10
C'est avec tristesse que nous avons appris l'accident tragique de l’avion d’Ethiopian Airlines ET302 qui a emporté plusieurs vies. Nous voudrions témoigner de notre soutien et notre compassion à toutes les familles des victimes si durement éprouvées. Nos prières vous accompagnent
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Mar 7
Turipfurije Umusi mukuru mwiza cane abakenyezi bo kw'isi yose, na cane cane Abarundikazi. Si agaseseshwarumuri, uruhara rw'umukenyezi ni ntangere mw'iterambere ry'igihugu. Ntituzohengeshanya gushigikira abakenyezi no kubaha iteka n'ikibanza bibabereye.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Mar 5
Uno musi bubaye ubwa kane Umuryango wacu uterera amatora yo mu mwaka w'2020. Tuboneyeho gusubira gushimira no gukeza Abarundi bafashe nkama akamo ko gutsimbataza Intahe y'Ukwikukira na Demokarasi biciye mu kwitunganiriza amatora. Iteka n'Itekane vy'Uburundi biri mu minwe yacu.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Feb 27
I would like to extend congratulations to elected President of the Federal Republic of Nigeria. I wish him the best in this new term of office, and I look forward to productive cooperation between Burundi and Nigeria while lending a helping hand the world as a whole.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Feb 5
Turipfurije Abarundi bose n’ababa mu Burundi Umusi Mukuru mwiza w'Ubumwe bw'Abarundi. Ubumwe twipfuza kandi duharanira ni bumwe bwaranga ba Sokuru, Ubumwe budaherera mu mvugo, ariko bugaragarira mu ngiro.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Jan 20
Par un processus électoral entièrement organisé sans influence extérieure et la sagesse du Président Kabila, la vient de défendre sa dignité et sa souveraineté. Le félicite le Président élu, SE Félix A. Tshisekedi ainsi que le pas franchi par le Peuple Congolais.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Jan 16
It is with dismay that I learned of the despicable terrorist attack in Nairobi that claimed lives of innocent people. On behalf of the People of Burundi, I wish to extend my heartfelt condolences to President Uhuru Kenyatta, to Kenyans, and above all to the bereaved families.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Jan 15
Imana yaraduhaye isi imera n'ibihe vyiza. Ahasigaye ni ahacu Abarundi, dukure amaboko mu mpuzu, turime kandi tworore; tuzirikane ko umwimbu mwiza ari Isôko ry'Amahoro n'Amagara meza.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Jan 7
J'ai suivi de près la tentative de Coup d'Etat au Gabon et félicite les forces loyalistes qui ont vite rétabli l'ordre. J'encourage mon frère et le Peuple Gabonais durant cette épreuve. Le Burundi condamne avec la dernière énergie cette démarche antidémocratique.
Reply Retweet Like
Pierre Nkurunziza Dec 26
Turakengurukiye abitavye Ubutumire bw'Umuryango wacu bwo Gushimira Imana ku Vyiza bidasanzwe yadukoreye mu mwaka w'2018. Imana y'Uburundi igiye gukora ibikomeye, biruta kure ivyo yadukoreye.
Reply Retweet Like